Lumitel TV


6.0 1 Reviews
1.0.4 by Viettel Burundi (Lumitel)
Jul 9, 2020 Old Versions

About Lumitel TV

Ushobora kuraba amareresi bita Filme, tereviziyo ikibiriraho, imiziki...

Ukoresheje iterefone smartphone n’ikarata simu ya Lumitel, ushobora kuraba amareresi bita Filme, tereviziyo ikibiriraho, imiziki, ama video, umupira w'amaguru.

Ca kuri http://lumiteltv.bi/ canke utore application uciye kuri App store canke Google play

Shiramwo WIFI canke connexion kugira mukoreshe Lumitel TV (Lumitel ibarekurira gukoresha iki gisata ku buntu ata ma mega mukoresheje gushika italiki 31/5/2019).

Ingene umunywanyi arihishwa mu gukoresha igisata Lumitel TV: Kuva 06/2019

Ushobora gukoresha iki gisata ku munsi/ku ndwi/ku kwezi bivanye nivyo umunywanyi uhisemwo

Umunywanyi arasabwa kwemeza ivyo ashaka gushiramwo mu ntambwe 2 (Umunywanyi ahamagarigwa gufyonda kuri EGO aciye muri WAP canke Application)

Umunywanyi ahejeje guhitamwo ivyo ashaka, araheza akarihishwa bivanye n'imitekero yahisemwo kandi birisubiriza

Kurihishwa: Umunywanyi abandanya akoresha igisata ku munsi yamaze kurihishwa

Kutarihishwa: Umunywanyi ashobora kubandanya akoresha iki gisata mu minsi 30 atarariha. Inyuma yaho atarishe iki gisata kirahagarikwa ivy'agateganyo. Haheze iminsi 60 umunywanyi atarariha iki gisata kiraheza kigahagarikwa burundu kuruwo munywanyi atarishe.

What's New in the Latest Version 1.0.4

Last updated on Jul 25, 2020
Kuraba ama tereviziyo atandukanye, filme na video ushaka.

Additional APP Information

Latest Version

1.0.4

Uploaded by

عبد القادر عبد الوهاب

Requires Android

Android 4.2+

Show More

Use APKPure App

Get Lumitel TV old version APK for Android

Download

Use APKPure App

Get Lumitel TV old version APK for Android

Download

Lumitel TV Alternative

Get more from Viettel Burundi (Lumitel)

Discover